Up next

Autoplay

T.S.S (The spirit soldiers)~ BIBLE (Official video)

1 Views • 04/10/23
Share
Embed
cashinvids
cashinvids
6 Subscribers
6

Bible by The spirit soldiers _TSS
Produced by Ibreezy on the beat (One way)
Directed by Brian Smith
Located in Bujumbura
Bible is the light for the world

follow us on different social medias
https://instagram.com/the_spirit_sold...​
Facebook : https://web.facebook.com/Thespiritsol...​
Youtube : https://www.youtube.com/channel/UCbTj...

The spirit soldiers-TSS ni umugwi watanguye 2012 utangurira mu rushengero rwa His Church Burundi watanguye ugizwe n'abana benshi bari abo mw'ibarabara abandi naho ari banaho nikora utangura ufise izina HIP HOP DANCE ico gihe wari umugwi wo gutamba watamba mu rushengero ukongera ugatamba no mu manza zitandukanye mu mpera za 2013 niho haza iciyumviro cuko hobaho umugwi uririmba mu mudiho wa Hip hop baca bawita HIS VICTORY niho umugwi waca utangura gutegurwa n'umusore asanzwe awurongoye kugeza ino saha Moses Victory kuko wewe yarasanzwe abifisemwo uburambe kuko we yahora akora hip hop arikumwe naba sat b, pop g snoop g muri wanavesi kikosiArategura umugwi kugeza kurugezo uriko kugeza kurugezo uriko ubu niho 2016 mu ntango hakorwa indirimbo yambere y'umugwi yitwa #NTAKIRIHO yakozwe na GN flns munyuma hakurikizwa ama freestyles mu nyuma umugwi uhindurigwa izina witwa HIS SPIRIT SOLDIERS hari mu mwaka wari 2017 niho hakorwa ama freestyles atandukanye yuwo mugwi munyuma hagati mu mwaka wa 2019 niho uwo mugwi watandukana n'urushengero uba umugwi wigenga uhindurirwa n'izina uca ufata izina THE SPIRIT SOLDIERS uca usohora indirimbo yitwa NOTEZ BIEN mu ntango y'umwaka wa 2020 ikirukurikirwa nizindi freestylesUbu ukaba ari umugwi ugizwe n'imisore itandatu akaba ari Moses victory,Mr Pyuu,Hashtag,T Drick,Rodi Lampe na Orest Sharp n'umukobwa umwe yitwa Jessica azwi nka Dada rapper ariko muri iyo misore umwe akaba akorera ibikorwa vyiwe hanze y'igihugu nawe si uwundi ni Orest Sharp yamekanye ku ndirimbo nduwigiciro na yaranteguriye plan

Show more
0 Comments sort Sort By
Facebook Comments

Up next

Autoplay